Ng’izi ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya zishobora kugufasha nimba ufise ingorane z’amahera n’amadeni: • Nugire integuro y’amahera utegekanya gukoresha. “ Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene.” () Ntiwihutire kugura ikintu ngo ni uko kiriko kigurishwa make. Nugire integuro y’ukuntu utegekanya gukoresha amahera yawe kandi uyikurikize. • Niwirinde amadeni adakenewe.

“ Uwugurana aba umusavyi wa nyene kumugurana.” () Nimba ufise amadeni maze ukaba udashoboye gushitsa ivyo wiyemeje, gerageza usubire uganire n’abakuguranye muvugane ingene uzobishura. Nugume ugira akigoro. Kurikiza iyi mpanuro Bibiliya itanga ku bijanye n’uwemeye ingurane atabanje kwiyumvira maze akabwirizwa kuriha iryo deni: “ Bandanya, wicishe bugufi, wisabe mugenzawe ushishikaye. Amaso yawe ntuyahe itiro.” (, Bibiliya Yera) Ugerageje irya mbere bikanka, ntuce uta hasi. Guma umusaba ko mwogira ivyo mwumvikanye ku bijanye na nya deni. • Nubone amahera mu buryo bubereye.

“ Ntugire ubwikunzi ngo ushashare gutunga, [ahandi ho] uzosanga bikugendeye nabi rwose bimwe utaziga.” (, Contemporary English Version) Umunoho n’umwina birashobora gutuma ugira ingorane z’ubutunzi, bikonona n’ubucuti ufitaniye n’Imana. • Nubumbwe n’ivyo ufise. “ Iyo rero dufise ivyo kurya n’ivyo kwambara, ivyo biratubumba.” () Amahera ntashobora kugura agahimbare.

Biografiya abaya kunanbaeva na kazahskom yazike s perevodom na russkij free

Bamwe mu bantu bahimbawe kurusha abandi kw’isi usanga ata mahera menshi bifitiye. Ico bifitiye ni urukundo bakunda umuryango n’abagenzi, be n’ubucuti bafitaniye n’Imana.​—.

Hello there and thank you for your info – I have definitely picked up anything new from right here. I did however expertise several technical points using this website, as I experienced to reload the website many times previous to I could get it to load correctly. I had been wondering if your web hosting is OK? Not that I'm complaining, but sluggish loading instances times will sometimes affect your placement in google and can damage your quality score if ads and marketing with Adwords. Igra vovochka na android.

Always 0.7 0.8 2014-08-28. JZ[hlmbk hbihklmidb 13 mf_gb_ ijb g_h[oh^bfhklb jZ[hlZlv kZfhklhyl_evgh [_aihklhjhgg_cihfhsb 8 10 10 14 qmldhklvbhlau qb hklvdex^yf 12 14 14.

Anyway I am adding this RSS to my email and could look out for a lot more of your respective interesting content. Make sure you update this again soon. • From -, 18:24.